KABAYE RED TABARA IFATIWE HAFI Y'UMUPAKA? G.NZABAMPEMA AHAWE AKAZI GAKOMEYE NA NEVA,PAMELA ARAFASHWE
KABAYE RED TABARA IFATIWE HAFI Y'UMUPAKA? G.NZABAMPEMA AHAWE AKAZI GAKOMEYE NA NEVA,PAMELA ARAFASHWE
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@ShyirambereRamadhan Says:
Mbona amakuru yanyu ntakigenda rimwe ngo yagutumba yamfuye ubundi ngo ariho arikwiruka mwishuamba
@Anaclet-i4q Says:
Ariko konumva usigaye uvugira cndd cane nico gituma Gasaro atakibona abagukurikira benshi nsigaje kwumviriza ikiganiro kimwe nsanze uvuga amagambo aphfuye gutyo nzoca nguheba.
@RomanceRudaragi Says:
Naje ndagushigikiy bose bakorera cndd
@RodrigueMpawenimana-c5c Says:
🤙🤙🤙🤙🤙
@NzizaPatrick-p5x3s Says:
Muraho?ndashima kumakuru mudushikiriza.ariko hari amatsiko mfite,nashaka gusaba marechal iyo avuga Nzabampema ko akorana naba dd hari abavyibaza gutyo ariko ariko wogerageza kurondera facts niho waba uri gufasha abantu .na Mme Pamela nawe nuko uvuga ahubwo umuntu yohava yibaza kari wowe ukorera cndd muguca intege abashaka ku rejoigna.rondera facts.
@JeanBosco-w3o Says:
Hhhhh uratwenza marchal ngo kuyoborwa na nzabampema woyobwa na CNDD ntaco ubeshemwo ntamukwaha ntamunyo
@nzigamasabojeanpaul9746 Says:
Wewe uvug'amakuru ya Rabin Red Tabara ntawoshobora kuyigura iriho kandi twebwe banyeneyo turayizi b'uvug'ivy'uzi
@nzigamasabojeanpaul9746 Says:
Marechal amakuru ya Red Tabara yareke bizwi na banyeneyo
@DésiréNiyokwizera-j6u Says:
Murakoze kbakebura irya ni cndd yuzuye nta nzabampema nta red tabara Bose ni dd
@JeanDamour-e3p Says:
Turahabaye yemwe

More Abantu Videos