Iki kigabo kiriyemera kweri. Ibaze aho politique y'urwanko yashitse no mumikino, yakagombye guhuza abantu.
@modrikenlybruno5295 Says:
Sha ivya polític bidutandukanya twaridukwiye kubikumira ubucuti basokuruza bacu baturondereye bwoguhuza mururimi rumwe tukabutsimbataza!!! I mahanga abarundi n abanyarwanda nous sommes des Freres,, iyomba hafi twobanye I kigali
Ese ni inkona nyabu?
Muragowe pe!!tuzabavugiriza induru kugeza ku munota wa nyuma.abareyo twanga ibikona aho biri hose!!
Dukunda vital'o na Lydia ludique.
Gusa ni karibu feel @home bwana S.G
😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Hanyuma se iyomisi ya shakaga kumara I kigali yariyiki 😂😂😂😂 kuberako aryaneza kurusha I burundu 😂😂 kuberako amazi yabonetse 😂 ntankuru mbonyaha pe
@SteveOfficial-v1t Says:
Mwashaka kuturogera future Président😂😂😂😂,amajambo yari ahejeje kuvuga kuruhara rwanyu na Niyombare mubona yari kuyarengako akaza iyo ikuzimu😂😂😂
@SteveOfficial-v1t Says:
Ko yababwiye se ko niyaba afise umwanya azoza,none muzi gute ko yawuronse atawubuze??icakabiri Nta Ndikuriyo yohonyora i kigali,uyuwe akaze kurusha Neva mwibaza,ivyo yavuze ni language politique!
YOUTUBE COMMENTS