Ariko ivyo uyo mwana avuga nivyo bcp d hommes ntibaha agaciro abagore babo ; ariko ndabatangarije ko ari ibi juju vya nyuma ni gute urya ukagona iruhande yabo ????
Worry not lady, you've saved your life. What people talk is not your business. You should keep on focusing on your future and trust in God,then, you'll seeing things going to what exactly your own wishes
@trfdsaj4523 Says:
Mana we burya sinarushye genyine kubura agaciro iwawa biragatsindwa umutima uramungwa ugashavura abakureba ugenda ntibamenye uko ubayeho
YOUTUBE COMMENTS