NDABIVUGA AMARIRA AKAZA????Umurundi wavuye mu gipadiri|Inzoga no kureba PURONO byatumye...|NAHISHAKIYE

NDABIVUGA AMARIRA AKAZA????Umurundi wavuye mu gipadiri|Inzoga no kureba PURONO byatumye...|NAHISHAKIYE

????

Niba wifuza kuvugana na ISIMBI TV, kuduha ubuhamya bw'ubuzima bwawe cyangwa inkuru idasanzwe, duhamagare kuri +250784838126 #IsimbiTV_0784838126

Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@InezaEmmabertile Says:
Sabin kubiganiro vyawe bingeza kurundi rugero respect vrmt❤
@annemariebihirabake6444 Says:
Dieu merci qu'il a été délivré. Prions pour ceux qui sont toujours ligotés par l'alcool et d'autres stupefiants
@annemariebihirabake6444 Says:
Ndakeje Mr Crepin ku gitabo ciza yanditse n'impanuro nziza cane cane zihanura abantu guheba inzoga. Ariko ndakeka ko we ivyo Avuga ni "uguhungira ibibazo mu nzoga". Biratanye n'unywa ari Lucide et Responsable.
@ndandaundayishimiye514 Says:
Murakoze cyane
@utamurizaariane1735 Says:
Uyu mugabo ni umunyakuri pe!!!
@Nicolekaze24 Says:
Mw'i Jenda hasigaye ari region psychologique🤣, uhereye à 17km de Bujumbura ukagera à 25km de Jenda, upfa kuba wafashe RN7
@sancleoffice4737 Says:
Sabin 😂👌🏽👍🏾 ati < inzoga ninziza kubayikwa ariko nimbi kumuntu utarigeze ayisomaho > quote
@nyiranezachristine5942 Says:
Muraho muduhe icyo gitabo
@byiringirobertin2548 Says:
Ukuri ntiwa kwiha lmana ngo unige umubiri muzima gusha ningenzi cyane
@etiennebanyanse8125 Says:
L'alcool est un danger en santé public .
@nnk8709 Says:
Uri sincère wa mugabo👍🏽
@nathanndamage173 Says:
Inzoga ni uburozi bwica buhoro buhoro.
@nkundwajeanne2131 Says:
Ndaluzi munsuhurize sabin
@burundishallsmile1day109 Says:
👋🏽Amahoro neza! Nanje muzompe ijambo ndabayagire nani😉
@ildephonsesibomana8544 Says:
Urigito warahemutse
@jacquelinerukuki6952 Says:
Nahishakiye Crépin turamukije abarundi benewanyu bo muri Mugongo Manga
@amidusalumu8839 Says:
Sab ndashaka uzasubize uyu wamutumiye kugira atubuze kunwa ndunva arwanya umuryango mweranda
@jeanpierreaimeh Says:
Crépin ndamuzi kera kw’ishure mu Ryarusera. Nari mutoyi cane yiga imbere yanje nguma mfise souvenir nziza yiwe. Il protégeait les enfants de la 1ère année primaire. Sinomwibagira kabisa. Icompa tugahura kandi.
@chantalnishemezwe1611 Says:
Sabin waduhaye ibiganiro vyinshi ariko iki kirantunguye!!!Any way yariyo nzira yiwe ariko sukuvuga ngo Abapatiri Bose baca mwivyo bigeragezo,novuga nti umwe wese afise iherezo ryiwe.
@sergemanyinya1717 Says:
Yesu Yesu
@jeanboscobizindavyi6323 Says:
Mwiriwe neza, uyu ntiyabaye patiri. Yabaye uwo bita opportuniste.ivyo avuga ni ivyiwe, ça n'angage que lui.
@sammyjimmy1718 Says:
ATI nabanyamulenge icyonikinyoma kb harikinyarwanda aba nyamulenge batunva byibura ikirundi
@kushkageruka2471 Says:
Amahoro y'Imana Crepin . Icyo igitabo wakimpaye mu abambere . N'ubwo ntanywa inzoga , nta ikiza nakimwe kirimo. Murakoze kugira inama aba Kristu kutanywa inzoga . Ubane n'amahoro y'Imana n'umuryango wawe .
@dominanyinawumwani1375 Says:
Manaweeeee muramu wange burya muli kiliyagihe nibwo wakijijwe nge nalinziko wali warakijijwe kera wahise ukura mugakiza cyane kuburyo numiwe nabonaga warakijijwe keraaa ibyo biterane ndabyibutse Imana ihabwe icyubahiro
@rosehakizimana8691 Says:
Jewe chaque soir mfata Akarahuri kamwe k Umuvinyu sindigera ndenza Kuko ntigeze nja mu Bubare ntangorane Mfise Biragoye cane cane Abagabo kuko badaheza ngo bigerere Kubera uwo mugenzo Kandi bigatuma bataruhuka neza Ninaco gituma usanga bataramba
@rosehakizimana8691 Says:
Ndemera neza ivyo avuga ku nzoga Ariko Inzoga zikarira Abantu bakunda companies Kuko kenshi Abantu bakunda akabare baba bafise groupe y Abantu batatu canke barenga Iyo groupeihurire kunzoga noku Biganiro Bigatuma iba Akamenyero mukunywa Inzoga nyinshi
@jeanmariebizoza6013 Says:
ETSA(ECOLE TECHNIQUE SECONDAIRE D'ART DE GITEGA) YUBAHWE SANA, NAYO UTUYOGA TWO NI GAHUZAMIRYANGO,AHUBWO IGIKURU N'UKWIGERERA
@euphraimbahandwa8329 Says:
Ariko buriya Sabin sate 😂😂😂
@fulgenceirakoze865 Says:
Love from 🇧🇮 🇧🇮🇧🇮
@nestorhakizimana2702 Says:
Ndaramukije Crépin dusangiye commune d' origine
@ndayikejegilbert5966 Says:
Uracari umurundi nta ngorane ururimi rwawe ni ikirundi nubu
@nzimanu Says:
@Sabin, yahimbye umutwe w'iyi nkuru🤮 ngo agire VUES nyinshi! C'est malhônette👎
@Mananziz Says:
11¹11
@AlbertEinstein-gx6xp Says:
Apostle Paul Gitwaza yubahweeeee
@cosettembonicura375 Says:
Mon prof de maths en7 e Imana iguhe umugisha .
@emiliennetiti7192 Says:
Mon prof de mathématiques au Lycée Étoile des montagnes. Ndabatahije
@alphonsinekamikazi9923 Says:
Uyu mugabo numudamu we barakijijwe pe ndabazi. Imana ikomeze ibahe imigisha
@tekanezaviocheftv1949 Says:
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤🇮🇹🇮🇹🇮🇹🇮🇹🇮🇹ukuri kuraryana ariko nikwiza mugipadiri nomukibikira haribeshe bashakakorongora bagatinya kubivamwo bagasambana wotuma ubivamwo ukajakurongorwa carwa kurongora
@charlinecharline9002 Says:
Merci ce témoignage Nibyo rwose inzoga ni mbi cyane..
@daphrosebutoyi5138 Says:
Ntanagahunda yukuba padiri yarimwo
@daphrosebutoyi5138 Says:
Sabin kosora iyo titre ivugako yabaye padiri
@ruzoviyomatirida4004 Says:
Uvuze ukuri kuko 90% y,ingo zisambuka benshi banywa inzoga n ubwo n,abatazinwa batandukana ariko abanywanzoga bobo birarenze
@patricknkurikiye6492 Says:
Ubuhamya bwiza
@kwizerajeandedieu3431 Says:
Imana ishimwe KO wabohotse komeza wigishe
@bizimunguadolphe1973 Says:
Mzee wanze kuba iryarya kbsa💪
@hakizadavid5794 Says:
Sabii yashaka akigumira mu gipadili kubera nta catholique ntaba poloti bakurikira igitabo kimwe
@davidmuneza3883 Says:
🇮🇱🇮🇱
@SunShine-rq9yy Says:
Crépin aho ntitwemeranya kuri police kuko iyo bakoze alcotest bagasanga warengeje limite autorisé baraguhana ahubwo bakaba banakwambura permis. Ahubwo wavuga ko bada controla buri munsi ariko uwo bafasha bamuca amende yaba ari kumwe n'uwundi utanyweye bakamusaba gufata volant.
@8olyhi9 Says:
Abo i Mugongomanga turagushigikiye.

More Abantu Videos