Rose we iyi couple …yewe kanicecekere batanyitukira😂
@clodetehavyarimana Says:
Mbe abantu mwabaye nimba ananutse ntimwamutwerera akarya neza akavyibuha i burundi ndabakunda cyane nta inzigo tubafitiye nkamwe musharikana 😊😊😊😊😂😂😂😂😂
@carinemanirambona2708 Says:
Ariko Theo ntiwamuhohoteye Rusi we ?nyamara nubwo umwiriza mukamwa ngoyaraguhemukiye ahubwo kubawaruziko afise umugore ukamwigiraho ubwoburaya werekanira ngaho kuri camera 📷 musirimutse nabi pe.
YOUTUBE COMMENTS