Katwizereko leta irimo kumurangisha😢. Nibibazo gusa kofi wanjye diisi.
@mauricekobako3992 Says:
Jewe ndu murundi aba mu Canada. Namukurikirana kuko nabona n' umu jeune ari passionate😢 about Geopolitics ntabintu birengeye yavuga.
Leta nibmurekure. Iyo Leta yu Rwanda hako Ku protegea in Citoyen niyo ibandanye Ku kidnappinga abantu bayo.
What shame!!!
Rwanda ni volcano, Kweli.
YOUTUBE COMMENTS