UMUTWE W'ABAKOMANDO WA FARDC, ABARUNDI N'ABACANSHURO B'ABAZUNGU BISHE BENSHI MURI FIZI UGANA UVIRA
UMUTWE W'ABAKOMANDO WA FARDC, ABARUNDI N'ABACANSHURO B'ABAZUNGU BISHE BENSHI MURI FIZI UGANA UVIRA
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@StevenKatongo-r4q Says:
Theo nukwihangana ndabona equipe yanyu moraral ari ntayo
@MunyakaziJean Says:
M23nibace agasuzugiro
@MunyakaziJean Says:
M23 Nibarwane bahisubize
@NdayiPascal-i5m Says:
Non wew wasomye kukuze Kandi wize kuberik batavuzemwo kobahimvye ingabo mbeg abobantu bavugakobishw kuk badahung Kandi abandi barahuze jew narabay ahantu hagwanir abagwany Ningabozaleta abobant nibobabik abagwanyi
@BoscoNtaconayigize Says:
ndabona moral yabaheranye
@Sammyrazaro Says:
Point zero irimo twirwaneho na m23 kugeza ubu
@DavidKindiku Says:
Nawe Koko uratangaza ibihuha ngo wazalendo intambara yiriweno drone6 Kandi ntanubwo baribwayigarurire nubu ririmo kurisha ubuse hafi channel yazose muba mutubura ntamakuru mufite
@mudaka9 Says:
Ese M23 iyo iteye yo irasa intoryi kuburyo ntabapfa???😂😂 iyo bakubiswe batangira kwiriza
@HakizimanaDieucdonne Says:
Vizuri sana.usesangura neza pe.
@kamenge Says:
Mbega Abo baturage Muhora muvuga mwobatway irwanda kowumva mubakunda???Mbega ninde yabacungishije abaturage ba Congo????Mbega millions 12 zabacongomani zimaze gupfa mwibazako arizo nke ??kand bishwe namw abanyarwanda ahubwo muzovyishura bitebe bitebuk
@InnocentNiyonkinzo-d5s Says:
Mushakako imiryango mpuzamahabga abafashisha iki nimuyibwireko Abanyamulenge bakorese génocide kukoniyo karata mwarimwiteze gukoresha none vyacutse amazi ewe Théo Umurindi wawe warurenze nonewose fyeeeeeeeee mpore ntakundi niwihangane deal yanse petit
@InnocentNiyonkinzo-d5s Says:
Ahahahahaha ARC/M23 ni bye bye . None igihe cose k'uruhande rwa M23 hicwa abaturage ??? Shaaa barabameshe b'imwe vya danger

More Abantu Videos