Icyaduha ihuriro rya Mali, Niger na Burkina Faso ibe successful Wenda nabandi muri Africa babiboba ko Europe na Amarica ntaziza cyabo. Puttin numucunguzi wacu.
Mwenewacu ikiganiro cawe ni ciza cane.Uko mbona ukraine na Russie impera y'indwano hagati yabo ni negociations aho ukraine izoba un pays neutre.Harya region ya Donbas na Crimee bizoguma kuri Russie.Ntabwo la Russie yigeze avuga ivyo gufata ukraine.Kuko burya Putine n'abamufasha bazi ibibazo vya ukraine.Erega NATO nabwi yigeze ivuga ko iriko irwana na Russia.Ifasha Ukraine.kandi ndizera ntibesha ko Russia gutsinda ukraine ari sans faute kabisa.Mwiyumvira gute ko Ukraine ishobora gutsinda Russia.Ndababwije ukuri ko Russia izotsinda Ukraine.
@GLT-250-m6f Says:
Wouuuuu Wlcm back brother Marius❤❤❤❤❤we love you so much!!!!
YOUTUBE COMMENTS