Merci bcp Dr Rusa, vous parlez ce que vous maîtrisez. Si possible ndipfuza KO ivyo biganiro vyawe mwoza murabishira en français kuko ibihungu vyinshi muri Africa mbona biri imbere mukurondera iyo indépendance bivuga igifaransa, n'aho two partagez ntibabitahura kandi vyobandanya bifasha kwugurura Amado leurs peuples.Twebwe abarundi n'abanyarwanda turavyumva muga turacari inyuma cane,turacari Mu kwaha kwa Occident uravye umubano wacu muri ibi bihugu vyacu.Mugihe tudashobora kubanana neza n'uko twinjiriwe n'a Occident " diviser pour continuer à coloniser indirectement"
@coachellpatrick6410 Says:
Dr Rusa, uvugisha ukuri, ikibazo nuko tuzakumenya cyera
YOUTUBE COMMENTS