IMANA Yongeye KUVUGA:Gira BWANGU Uve mur'iryo Teraniro UTARIMBUKA Dore ITERANIRO NYA KURI Igushakamo
IMANA Yongeye KUVUGA:Gira BWANGU Uve mur'iryo Teraniro UTARIMBUKA Dore ITERANIRO NYA KURI Igushakamo
Advertisement

LEAVE YOUR COMMENT

YOUTUBE COMMENTS

@IbyiringiroTv-f9s Says:
Amen
@HategekimanaEmmanuel-o7u Says:
Past rwose birumvikana Imana iguhe umugiha
@Papchacha Says:
Ku vyerekeye ko harimwo ibitameze neza, nawe rirya urongoye ni ko rimeze. Kristo ko ahari kandi ariko araryeza kuko ubutumwa bwiza buguma buvugwa, baguma bahindurwa naryo.
@Papchacha Says:
Pastor ariko pe uri umubeshi, kuko amadini yose ntiyigisha ko tutari urusengero, je kuva nakira agakiza baranyigisha ko ndi urusengero rwa Mpwemu Yera. Hama baca batwigisha ishengero canke itorero, kandi itorero ni abantu abo babiri uvuga canke batatu canke barenga. Kandi ntabwo Imana yigeze ibuza ko abantu baterana ari benshi. Wobura uvuga uti abigisha ibinyoma bobihagarika,ariko iyo uvuze ngo mu madini bose barazimiye, nta mugeni wa Kristo ariyo, nawe uba uri umwigisha w'ibinyoma kuko n'ikimenyamenya jewe ndi umugeni wa Kristo kandi ivyo ntawobimpaririza n'umwe kuko Mpwemu wa Kristo abinyemeza kandi nta confirmation y'umuntu bisaba ko avyemeza ivyo kugira ngo bibe ukuri
@Papchacha Says:
Nyakwubahwa Jean Luc pastor, ndumva wobwira abantu kwakira agakiza no kurongorwa na Mpwemu wa KRISTO. Ibindi ntibikuraba: None Ubwo iryo watanguje ko ndeba nkabona ni Idini? Uwuhinduwe na Kristo akaja mw'idini runaka biguhomvya iki?
@nadiahabarugira3147 Says:
Amen Amen caaanee Pasta 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@niyigabatn-ji5sf Says:
Amen mwenedata J Luc
@IngabireAlice-f5k Says:
Yesu nashimwe narose insiga amavuta muruhanga none nzakubona gute
@balthazardusabeyezu6695 Says:
Amen! Imana ibahe umugisha Pastor.
@MariyareMarieGorette Says:
rata muhane muteshe kuko benshi ba baye abafana babantu aho kuba abakrstu
@MariyareMarieGorette Says:
nawe usuzugur'ijambo ry''lmana ugatukana nyabwo wayinanira harabo yagufata ugaca bugufi ahubwo lgutabare
@JedidiahMercy Says:
Ibigoryi gusa, Uwo myrengwe mufite uraje ushire.
@JedidiahMercy Says:
Ibigoryi gusa, Uwo myrengwe mufite uraje ushire.
@kayihurajohn7347 Says:
Abantu ❤❤❤❤❤bakunda idini ❤❤❤❤❤❤kurusha gukunda Yesu
@DavidIrankunda-ns7gw Says:
Amen amen Nugusaba Imana amaso yokureba n'amatwi yo kumva, kuko benshi babaye impumyi nabandi baba ibihuri, bitabaye bityo benshi bararimbutse, Kandi barimbuts bazize kutumva no kutamenya😮😮
@SinzinkayoMichel-lu2iw Says:
Turashima cane igikorwa ciza mukora. Ariko tubinginge, muze mudusigurire itandukanirizo cangwa se ihuriro rya Data na Umwana. Ese Imana Data ni yo Mwagazi w'intama ? Ese Yesu ubwiwe yavuze ati ngiye kwa Data, ntavuge ati ngiye iwanje ? Mfite n'ubundi ikibazo:Mu kiringo Yesu yari mu nda ya Maria (amezi 9),isi n'ijuru(univers),ni igiki cabikontrola ? Canke se ho:Igihe yari ku musaraba, yasemereye ati:Eli Eli Lamasabakithzmani"ngo:Mana yanjye Mana yanjye ni igiki kikumpebesheje ? "Ariko ndemera Yesu nk'Imana mu bijanye no kurema ibiriho. Vyongeye ni imfura (aîné) mu vyatemwe(kol 1:14-16).Hari n'indi mirongo umuntu yakwifashisha. Duhurize cangwa se muduhe itandukanirizo.
@CyizaJustin Says:
Murakoze cyane kubwiki kiganiro gikomeye cyo kuvana Abantu murujijo Imana ibahe umugisha

More Iyobokamana Videos