Islam iraduhanze namwe muguma mushaka kwicamwo imice aho mwogiye hamwe.
@Pajo1900 Says:
None ga Muntu we ko numvise nawe mu kwezi kuza ufise igikorane none ntiwipfuza ko Abantu boza ari benshi? nibaza ari benshi bizoba bisigura ko abantu bakwirikiy ibitangaza
@RichGospelTV-f2j Says:
Ikindi, nta n isoni ufise. Mu kwamamaza kwawe, Ijambo nyamukuru ni KANGUKA. Ijambo wivye kwa Chris Ndikumana.
Nahora ndagukurikira igihe watumira ba Clarisse Karasira na Pastor Musisi ariko igihe cose numvise inyigisho zawe, ndazumvamwo sectarianism.
Nkumbwize ukuri nta Jambo rizima rya Kristo ndakwumvamwo.
Uhagarike gusevya abakozi b'Imana. Twese dufise dufise umucamanza umwe, ni we Mana azi impamvu ukora ivyo vyose. You are so zealous to expose lies while yourself you are a liar. Ku mukristo yize neza Ijambo ry'Imana biroroshe kugutora. Ukoreshwa n iyindi Mpwemu atari iya Kristo kuko Mpwemu wa Kristo ica mbere akora ni ukwubaka umubiri wa Kristo apana kuwusambura nk'uko ubikora.
@Pajo1900 Says:
Bonnke 1999 muri Nigeria hapfuye Abantu 16 kubera umuvyigano benshi barakomereka so si rya mbere bibaye ibitangaza n avyo akora ntawobijako impaka kuko ibitangaza ni bimw mu bimenyetso biherekeza abera
Gezaho gusevya abandi niba nta Chari ririmwo .nbere urarushee Wewe
Chris akorera Yesuu .nuko ugiri ishari wewe
@mbonigabajeanpaul7337 Says:
Wigishije ukuri abantu bizeye Abandi kurusha Yesu Kristu wabapfiriye😂😂 namwe nijambo ry Imana ntamwanya Kandi kureka ibyaha no kwizera Imana nijambo ryayo Aribyo basabwa.
@paterneirambona1113 Says:
Chris NDIKUMANA arivugira neza munyigisho ziwe ko atariwe akiza ari Yesu akiza. Abakeneye ku jugea umukozi w'Imana babanze barabe video yose yigikorane mureke gutwagwa n'amaranga mutima.
Uwiteka akomeze umukozi wayo Chris NDIKUMANA yongere yirure imitima y'ababuze ababo mw'izina ry'umwami wacu Yesu Kristo! Aman
@ninabakana7864 Says:
Imana Ikwongere umugisha nihishurirwa na none.
Abatizivye amatwi bosobanukirwa
YOUTUBE COMMENTS